Khadja Nin

Turasa
ihoze mwana wa mama uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi yego nanje ndibonera yuko imibiri yose idasa uyu urera urya ukirabura uriya uravanze jewe mbona watu wa ulimwengu wandugu kaskasini kusini wako sawa watu wa ulimwengu wandugu wote wanafanana mbona dusa Songtexteumworo wino arasa n'umworo wo hirya agasa n'umworo wa hakurya umwana wanje ansera kurya umwana wawe agusera abavyeyi turasa none mwana wa mama abantu dupfa iki ? ko mbona Aus Songtexte Mania